Kuri uno musi w'Imana habaye imyiyerekano mu ma Quartiers yo mugisagara ca Bujumbura yabadashigikiye ko Petero Nkurunziza asubira kwitoza ngo arongore Uburundi. Hari abakomeretse n'abandi babiri bahasize ubuzima.
Musenyeri Serapion Bambonanire yakuwe mu mabanga yo kuronora CNTB. ---NTUNIGANYE IJAMBO ! / Twandikire kuri : contact@burundibwiza.com
  • Les célèbres Tambourinaires du Burundi en action.
  • La récolte de café dans le nord Burundi.
  • La pêche des poissons par deux jeunes enfants.
  • Le Kibundura comme moyen de transport ou loisir.
  • Des pygmées burundaises au travail de leur métier.