BRÈVES INFOS. Burundi : La future Constitution amendée tiendra compte des résultats du dialogue interburundais organisé au niveau des 18 provinces burundaises au premier semestre 2016 sous l'égide de la Commission Nationale de Dialogue Interburundais (CNDI) / @Burundibwiza.com

Urugendo rw'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu muri Komine Isare.

Last Updated: 03 April 2017 Hits: 897

SOCIETE / Commune Isare

@Burundibwiza.com itariki 26.03.2017

Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'Uburundi Nyenicubahiro Denise Bucumi NKURUNZIZA yaragendeye kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 26 Ntwarante 2017 Komine isare aho yakiriwe neza cane n'igishika cinshi. Mu gihe yahamaze yararanguye ibitari bike, akaba yaranabonanye n'abenegiguhu baho bo mu bisata bitandukanye. Yaganutse agabanye.

17757292 1715914545090606 1756923029096580938 n

17760170 1715914338423960 7920048132601589940 n

17759659 1715913808424013 2314691477162193525 n

17796206 1715914218423972 1782779621728252284 n

 

@Burundibwiza.com

Leave your comments

Post comment as a guest

0
Your comments are subjected to administrator's moderation.
terms and condition.
  • No comments found