BRÈVES INFOS. Burundi : La future Constitution amendée tiendra compte des résultats du dialogue interburundais organisé au niveau des 18 provinces burundaises au premier semestre 2016 sous l'égide de la Commission Nationale de Dialogue Interburundais (CNDI) / @Burundibwiza.com

Dr. Edouard BIZIMANA yagendeye impfuvyi zo mu camwibarutse.

Last Updated: 26 July 2017 Hits: 308

SOCIETE

20375790 10154606775010741 4564579540673175762 n

             Dr. Edouard BIZIMANA n'abana b'impfuvyi

@Burundibwiza.com itariki 25 Mukakaro 2017

Uwuserukira Uburundi mu gihugu c'Uburusiya Nyakwubahwa Dr. Edouard BIZIMANA yagendeye impfuvyi  zirezwe n'ababikira  bene BERNADETTE mu ntara ya Bubanza na Gitega aho yishikiye kuziramutsa azishiriye agakemanyi. Akaba asanzwe ahora azifata mu mugongo. Yakiranywe n'igishika cinshi bakaba kandi bamushimiye cane banamwifuriza imigisha myinshi ku mutima afise wo gukunda igihugu ciwe na canecane wo gufasha abana b'impfuvyi.

20376158 10154606777555741 382280773398664251 n

20264724 10154606781985741 1685310726646005662 n

20292648 10154606776065741 8651301604552236338 n

20294346 10154606773605741 1598856661073970598 n

 

@Burundibwiza.com

 

Leave your comments

Post comment as a guest

0
Your comments are subjected to administrator's moderation.
terms and condition.
  • No comments found