Ushobora kubona ngo Imana isa nkiyiri  mugacerere, ariko menya  ko no mugacerere,  iba iriko irakora kugira igutabare.

Burundibwiza.com 02/03/2025 /@rtbb

Ni inyigisho zatanzwe n’umukuru w’inama Nkenguzamateka y’Uburundi  #Emmanuel Sinzohagera, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Ntwarante 2025, ari kumwe n’abakenguzamateka batowe mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’indongozi zitandukanye, aho yari yifadikanije n’abakiristo bo mw’ishengero rya #Life Center Nyakabiga riri muri komine Mukaza muguhimbaza Imana.

Munyigisho ziwe umukuru w’inama Nkenguzamateka y’Uburundi #Emmanuel Sinzohagera yatanze, yarishimikije amajambo aboneka mugitabu c’itanguriro 8: 1-5, Yeremiya 17. Muri izo nyigisho yamenyesheje ko hahirwa abaja mu ngoro y’Imana bavuga ko baduze kuvugana nayo, yasavye abakristo ko batotakaza Imana mubihe vy’ibibazo kuko iba irikumwe nabo, yabibukije ingene Yosefu avugwa  muri Bibiriya yahuye n’imvura idasanzwe, aho yadandajwe n’abo bavukana ariko Imana yagendanye nawe, abamenyesha ko atakintu kibabaje no kunyagirwa n’imvura itewe n’umukunzi, ariko ngo ntamvura idahita!

Ikindi ngo, umuntu arashobora guca mu mvura y’ibibazo kubera amavuta y’Imana yasizwe kuri we , yabahaye ibintu 3 vyobafasha muri ivyo bibazo:

  • Gukomeza kwihangana.
  • Kwizigira Uhoraho ibihe vyose  kuko atagacu ko guhindagurika kari ku Mana.
  • Gukomeza gusenga Imana bifatanije no gukenguruka.

Déborah Ntakiyisumba / Radio Télévision Burundi Bwiza / RTBB

Burundi is a small country in the Great Lakes region of Africa. It has a population of around 11 million people and a land area of 27,834 square kilometers. The country has a tropical climate and is mostly covered by savanna and forest. The official languages of Burundi are French and Kirundi.

Burundi has a long and complex history. It was originally part of the Kingdom of Rwanda-Urundi, which was ruled by the Tutsi people. In 1962, Burundi gained independence from Belgium and became a republic. The country has since been plagued by ethnic violence and political instability. In 2015, President Pierre Nkurunziza was re-elected for a third term, which many believe was unconstitutional. This led to widespread protests and a failed coup attempt.

The current political situation in Burundi is very tense. The government has been accused of human rights abuses and there are fears that the country could slide back into civil war. The international community is closely monitoring the situation and has called for calm and restraint from all sides.

Burundi is a beautiful country with a rich culture and history. However, the current political situation is very worrying. It is important that all sides work together to find a peaceful solution to the crisis so that Burundi can move forward and build a better future for its people.

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *