Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Ntwarante, ahejeje gufata urugero rumushikana mu gihugu ca Serbie

Burundibwiza.com 10/03/2025 / @RTBB

Umukuru w’igihugu c’Uburundi #Evariste Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Ntwarante, ahejeje gufata urugero rumushikana mu gihugu ca Serbie, aho yitavye ubutumire bwa mugenzi  #Aleksandar Vučić umukuru w’igihugu ca Serbie.

D N Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *