Bueundibwiza.com 11/03.2025 /@RTBB
VIDEO : Fyonda ngaha
Tanganyika hospital ije nk’inyishu ku barundi bagira ibibazo vyo kuvunika igiti c’umugongo bahora baja kwivuriza hanze y’igihugu ko ubu basigaye bavurirwa kuri ivyo bitaro biri i Bujumbura i Burundi.
Leave a Reply