•
Par Tabu Abdallah Manirakiza Burundibwiza.com mise à jour le 13/03/2025 / @RTBB Combien de foyers de conflits armés peut-on recencer aujourd’hui dans le monde ? Environ 60, d’après certaines sources autorisées dont 28 en Afrique. Sans être exhaustif, les principales sources de ces conflits sont: le contrôle des ressources naturelles et économiques, la concurrence…
•
Bueundibwiza.com 11/03.2025 /@RTBB VIDEO : Fyonda ngaha Tanganyika hospital ije nk’inyishu ku barundi bagira ibibazo vyo kuvunika igiti c’umugongo bahora baja kwivuriza hanze y’igihugu ko ubu basigaye bavurirwa kuri ivyo bitaro biri i Bujumbura i Burundi.
•
Burundibwiza.com 10/03/2025 / @RTBB Umukuru w’igihugu c’Uburundi #Evariste Ndayishimiye, ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angeline Ndayishimiye, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 10 Ntwarante, ahejeje gufata urugero rumushikana mu gihugu ca Serbie, aho yitavye ubutumire bwa mugenzi #Aleksandar Vučić umukuru w’igihugu ca Serbie. D N Radio Télévision Burundi Bwiza RTBB
•
Fyonda ngaha uvyumvirize muri ino VIDEO.
•
Cliquez ici sur le lien pour voir la VIDEO de l’événement. Source: @FB TV
•
Ni mu kiganiro IMVO N’IMVANO yagiranye na BBC Gahuza News. Fyonda ngaha uciyumvire.
•
Burundibwiza.com 02/03/2025 /@rtbb Ni inyigisho zatanzwe n’umukuru w’inama Nkenguzamateka y’Uburundi #Emmanuel Sinzohagera, kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 2 Ntwarante 2025, ari kumwe n’abakenguzamateka batowe mu gisagara ca Bujumbura hamwe n’indongozi zitandukanye, aho yari yifadikanije n’abakiristo bo mw’ishengero rya #Life Center Nyakabiga riri muri komine Mukaza muguhimbaza Imana. Munyigisho ziwe umukuru w’inama Nkenguzamateka y’Uburundi #Emmanuel…
•
Burundibwiza.com @RTBB VIDEO ; Fyonda ngaha #Abigeme batwara inda z’ishushu bagiye kwibaruka ngo nuko hoba kubategeka ko bavuga banyene izo nda, kuburyo umwana wese avuka sewiwe yamenyekanye. Ni impanuro umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yahaye abarongoye ihuriro ry’abakenyezi mu Burundi, mu mubonano wabereye kwa Ntare kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 4 Ntwarante 2025. …
•
Burundibwiza.com 01/03/2025 / @RTBB VIDEO : Fyonda ngaha. Imifuko y’isima ya BUCECO igera kuri 315, ifise agaciro kangana na 12.127.500FBu niyo abanywanyi b’umuryango wa BeneSamuragwa mugihugu cose bashikirije komine Matongo yo mu ntara ya Butanyerera kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 1 Ntwarante 2025, mukubaterera murwubakwo rw’ibiro vy’iyo komine nshasha izoba igeretse gatatu. Hambavu…